Kwiza bane inyuma😂😂 . 🎥 @a_c_a_theresolver .
Поиск по хэштегам
Поиск
#mrmbona
KUBAA!!!🔥 . 📸: @kaliamore23 .

Abo bantu ntabo tuzi🙅🏾♂️ Wewe urabazi??😂 .
Nne nk'ivyo nabivugiye iki??🤦🏾♂️😂 . W//@umu_nyagasenyi .

Here we are chasing DREAMS and NYASH✨ Away from LOVE💔 . . 📸: @pacy_pictures .
Mwe mwicaye he tuze kubahanura??😂
Mubintu vyambere bibabaje, hariho kugira ingorane nk'izi kandi batetse ibintu biryoshe🤦🏾♂️😭 | Ariko nyene iyo ufise utu Vital'O hafi kiba gukemutse😋 . Actors:...
We wari ushigikiye iyihe??😂 Ariko basi mumfashe gusaba ikigongwe😭🙏🏾 . @vitaloburundi .
Muvyumve🤌🏾😂 . DISCLAIMER: The iPhone is not mine😓

Last slide😒 Let's forget abourrit🤦🏾♂️😂 .
Weekend iriko igenda?? Aba cheri banyu bariko baritaba phone??😂😂 .
Andika “Koko”, “Link” canke “INGIDI”, ndaguha link inbox🔥🔥 .
I'm good at fakin' sinoguha igipande🤗🔥 . With @jesswildgyal .
Aren't they wow??😍 .
Bambwiye ngo iyi video ni nziza kurusha iyambere… Nivyo canke bambeshe??😂 .
Aba artists muri he??🤩 Open Verse yashitse nk'uko mwabintegetse😁🔥 Shiramwo ibirungo vyawe👏🏾🔥🔥 . 🎙️: @reine_cynella________ 🎶: KOSHO Rap Remix © @officialdramat...
Twagiye na verse ya rap muri KOSHO🔥🔥 Mpa amanota /10🙌🏾 . 🎙️: @mr.mbona x @reine_cynella________ 🎶: @officialdramat - KOSHO 🥁: @eliegreen__ .
Iyo ntambara burya izohera??🤔😂 . Cc: @its_noris257 .
Happy Monday rero!!!😂😂 .
Preserve your clothes polish, use BioPower🤌🏾 . 🎬: @mr.mbona 🎥: @koolkid.tony & @mr.mbona ✂️: @mr.mbona .
Ubu bwenge ni bwinshi😂😂 .
🌬️Abipomfye ntimunzi❌😂 .
Nta muntu yondangira aho amahera yagiye??🙄 .
Tworinda turaja kuri IG hose??👀😂 .
UZORIRA!!!😂 ..
Wari Ubizi??😱🤯 Ako kantu kinyegeje mukihoze😂😂 .
Mbwira ahantu uyizi😂 .
I had 20 minutes to make it from scratch😂😂 .
I really loved the results👌🏾 Clean✨ .
How?? Bishoboka gute??🤣 .
чтобы продолжить
